( Menyekanisha Bujapay wironkere Amahera) KIRUNDI
Mugihe Umuntu yiyandikishije kuri bujapay Code yiwe yokumenyekanisha bujapay ihita yuguruzwa ubwo nyene ushobora kuyibona muri compte yawe ya Bujapay ufyonze kuri Refer Friend.
Mukwinjiza amahera iyo code uyirungikira, abagenzi bawe, uyigize copy ukayibarungikira, nabo bagaheza bakiyandikisha bafyonze kuri iyo code
Akarorero, igihe umugenzi yiyandikishije akoresheje ya code yawe, niho uca uronswa Amafaranga yamarundi 5000 kuri buri muntu yiyandikishije.
Iyo code ushobora kuyi rungika kuri facebook, email , twitter nahandi ushobora kumenyekanisha Bujapay ukaronka Amafaranga.
Hariho ibisabwa Kugira Ayo mafaranga aboneke?
Kugira uronke ayo mafaranga nuko uwo muntu yiyandikishije ashiramwo amafarnga atari musi ya 2000.
Nigute woshiramwo ayo mafaranga yarungike kuri ecobank/lumitel ya Bujapay
Canke ugende kuri Office canke Agancy ya Bujapay
Mubakiriya bambere bazoroswa 2000 Kubuntu, amahera bashiriwemwo
Na BujaPay, bisigura ko wewe nyene code uzoronswa 5000Bif nanyene kwiyandikisha akaronswa 2000,